News

Amafoto yatangajwe ku rubuga ... Naho Ange Kagame, umukobwa umwe wa Kagame na we wize muri Amerika ibijyanye n'ibibazo mpuzamahanga kuri Kaminuza ya Columbia, ni umukuru wungirije w'akanama ...
Mu mafoto, uruhagarara ni rwinshi mu nkambi ya Kiziba icumbikiye impunzi z'Abanyekongo mu gihe igipolisi cy'u Rwanda cyongeye kuyinjiramo Insiguro y'isanamu, Abashinzwe umutekano b'u Rwanda ...
Amafoto ya bamwe mu batavuga rumwe na reta n'amashirahamwe ata ho yegamiye muri politike baramaze gushika i Arusha mu biganiro vy'abarundi vyatanguye kuri uyu wa kane ariko intumwa za reta ...
Amafoto atoranyije y'ibyaranze ahatandukanye muri Africa no hanze yayo: Ahavuye isanamu, Getty Images Ahavuye isanamu, EPA Ahavuye isanamu, EPA Ahavuye isanamu, AFP Ahavuye isanamu, Reuters ...
Umunsi w'isabukuru ngarukamwaka y'umuco nyarwanda mu Bwongereza ku ncuro ya gatatu vyabereye mu gisagara ca Nottingham mu ntara ya East Midlands y'ico gihugu. Ibirori vyari vyateguwe n'ishirahamwe ...
First lady wa Ukraine yanditse kuri Instagram ati: "Kwirwanaho kwacu ubu gufite ishusho ya kigore" Olena Zelenska, umugore wa Perezida Volodymyr Zelensky, yakomeje gutangaza amafoto agaragaza ...
Kimwe muri ibyo bigo, kizwi nka Taleghan 2, mbere ikigo International Atomic Energy Agency (IAEA) cyahuje aha hantu na gahunda y’intwaro kirimbuzi ya Iran. Mu 2016, IAEA yabonye ibimenyetso byo ...